Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Gaza: ubwa mbere abamenyeshamakuru biboneye imyobo ikoreshwa na Hamas
Gaza: ubwa mbere abamenyeshamakuru biboneye imyobo ikoreshwa na Hamas
Yatangajwe
Uko vyeretswe abamenyeshamakuru, iyo myobo ni miremire, k’urugero rwa Km.
“Hashobora gukorerwa ibinyuranye, hagapfungirwa n’abantu, abari hejuru ntibamenye ibiriko biraba”
Abavugizi b’igisirikare ca Israel –‘Tsahal’, berekanye uko umuhari Hamas wayubakishije ibikomeye.
'Tsahal' ivuga ko intambara ishobora kumara amezi menshi, kuko aba Hamas bakoresha iyo myobo mu gutera, no guhunga.