India : Uko abagore batunze imiryango biha agaciro
India : Uko abagore batunze imiryango biha agaciro
Yatangajwe
“Nahavuye nibwira nti, icoba cose, tuzohangana”.
Usha Devi ni umwe mu bagore bashika imiliyoni 45 batunze imiryango, muri India.
Yarize, aranaronka akazi, naho yari yarongojwe ku myaka 15.
Ni gute Usha ni indongozi mu kibano, yihaye agaciro mu kibano?




