Bisabwa ko umuganwa wa Ethiopia yahambwe m’Ubwongereza atahanwa

Insiguro ya video, Yajanywe akuwe ku kirimba kwa se Tewodros II, mu kinjana ca 19.
Bisabwa ko umuganwa wa Ethiopia yahambwe m’Ubwongereza atahanwa
Yatangajwe

Ikirimba Buckingham m’Ubwongereza, kimenyesha ko bidashoboka ko umuganwa Alemayehu azurwa, agasubizwa iwabo.

Yajanywe akuwe ku kirimba kwa se Tewodros II, mu kinjana ca 19.

Ni inyuma y’aho abasoda b’Abongereza bashitse kubohoza ababo.

Umwami w’i Maqdala muri Ethiopia, yari yabagize imbohe.

Alemayeho, umuhungu w'Umwami w'Abami Tewodros II
Insiguro y'isanamu, Umuganwa Alemayehu