Senegal: Ibiringo bikuru bigana k’uguciribwa urubanza kuri Sonko
Senegal: Ibiringo bikuru bigana k’uguciribwa urubanza kuri Sonko
Yatangajwe
Ousmane Sonko yaciriwe agasho k’imyaka 2, yagirizwa “guhubisha urwaruka”.
Sonko ni umu nye politike akomeye, w’imyaka 48, atavuga rumwe n’intwaro ya Perezida Maky Sall.
Icamwagirizwa co gufata ku nguvu umugore akora ivyo gukanda, nticashimitsweko.
Ni igihano giteye icuka kibi muri Senegal, cotuma ashobora kutitoza mu 2024.
Muri make, ni muri iyi video ya BBC Gahuza




