Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Raba ingene uno mugabo yasimbiye ku mucamanza yariko aramusomera urubanza muri sentare ya Amerika
Raba ingene uno mugabo yasimbiye ku mucamanza yariko aramusomera urubanza muri sentare ya Amerika
Yatangajwe
Amashusho yasohowe n'igisata kijejwe umutekano yerekana umugabo asimbira ku mucamanza muri sentare ya Nevada.
Nk'uko biri mw'itangazo, umucamanza Mary Kay Holthus “yakomeretse" inyuma yo kugwa avuye ku ntebe yari yicayeko.
Uwujejwe umutekano muri iyo sentare yagiye kumutabara yashikanywe mu bitaro kugira avurwe.
Uwariko araburanywa, Deobra Delone Redden, yariko asomerwa urubanza yagirizwamwo kurwana. Yaciye aremekwa ibindi vyaha.