Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
$10 000 ... ava m'ubuhinga bw’umusore acapa afatiye kuri kazoza
$10 000 ... ava m'ubuhinga bw’umusore acapa afatiye kuri kazoza
Yatangajwe
Ibaze igicapo gishobora gutamba!
Olowu ni umusore w’umu nye Nigeria ashushanya akoresheje ubuhinga bw’inyongera.
Yatanguye gucapa afise imyaka nka 10, ariko avuga ko ubwo buhinga yize mu 2019 bumwinjiriza amahera ashika ku $10 000 ku gicapo asohoye.