Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uko amazirantoke ahingurwamwo ivya nkenerwa muri Zambia
Uko amazirantoke ahingurwamwo ivya nkenerwa muri Zambia
Yatangajwe
Chaiwe Mushauko Sanderse n’abo bakorana bahindura amazirantoke, agakoreshwa mu guteka no gufumbira.
Iryo hingurwa rishoboka mu kuyashusha gushika kuri 400 °C, hakavamwo ivyobangamira amagara.
Nk’ ‘amakara’ ahingurwamwo, ntaho ahuriye n’ayasanzwe ku masoko aho muri Zambia.