Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Utu dukoko twoba ari inyishu yo kugwanya 'plastics'?
Utu dukoko twoba ari inyishu yo kugwanya 'plastics'?
Yatangajwe
Muri Kenya, abashakashatsi bo mu kigo ciga udukoko (ICIPE), bamaze igihe bamenye ko utunyo turya ibimwanya.
Ubwambere bari bafise ubwoba ko twokwicwa n'ubumara buri muri ivyo bimwanya, bunahumanya ibidukikije.
Naho bikiri mu mpari z'abahinga, abo bashakashatsi babona ko utunyó twofasha cane cane muri Africa.
Amakenga akiraho ni uko dushobora guca tugwirirana, tukanashobora kwonona ibindi bidukikije, natwo.