Kuki gukingira amashamba muri Mozambique ari intambara?

Insiguro ya video, Aba nye Mozambique bamwe baramaze gutahura uko babangamiwe n'ihonywa ry'amashamba.
Kuki gukingira amashamba muri Mozambique ari intambara?
Yatangajwe

Muri Mozambique, ½ c’igihugu kigizwe n’amashamba.

Uretse akamaro k’ayo mashamba mu vyo ubutunzi bw’imiryango n’igihugu, igihugu kiramaze kwibonerako, aho ibihuhusi -akinga- bimaze guhitana abantu n’ibintu.

Amatohoza y’abigenga aramaze kwerekana uko Mozambique ari isoko rya mbere rya Africa, ku biti bishorwa kuri forode muri China.

Ubushinwa bwo buvuga ko bukurikiza amategeko y’aho bukorera hose.

Aba nye Mozambique bamwe baramaze kubona uko babangamiwe n'ihonywa ry'amashamba.
Insiguro y'isanamu, Aba nye Mozambique bamwe baramaze kubona uko babangamiwe n'ihonywa ry'amashamba.