SIDA: abagore bagizwe ingumba, batsinze urubanza
SIDA: abagore bagizwe ingumba, batsinze urubanza
Yatangajwe
“Twitwaye ngo ivyadushikiye ntibizobe ku bakiri bato banduye umugera”
Sentare yasabiye abo bagore $20 000 umwe wese, ku mvo z’akababaro, n’ingaruka mu miryango.
Ni abagore 3 bo muri Kenya bitwariye ibitaro n’amashirahamwe ku mabi bakorewe:
bisanze bagizwe ingumba atavyo bemeranije n’ababafasha igihe co kuvyara.
Nka MSF iremera ‘uruhara’ rwayo, ariko, nk’ibitaro 'Pumwani' ivyo vyabereyemwo, barinumiye.




