Iran: Inzoga ni ikizira mu. gihugu, ariko zirica abantu

Iran: Inzoga ni ikizira mu. gihugu, ariko zirica abantu
Yatangajwe

Nta gihe giheze hamenyekanye abashika 25 bishwe n’inzoga, muri Iran.

Elmira yapfuye m’ukwa 6, afise imyaka 24.

Uretse ko hari abongereza umwambiro nkana, igahinduka uburozi, n’inzoga zisanzwe ziraganwa mu kinyegero.

Abantu bapfa cane cane kuko batinya kuja kwivuza, “urwarwa” rwabamereye nabi.