Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Niger: “Ubu, ibihano bimereye nabi abanyagihugu”
Niger: “Ubu, ibihano bimereye nabi abanyagihugu”
Yatangajwe
General Adbulsalami Abubakar, intumwa idasanzwe ya ECOWAS/ yahaye ikiganiro BBC, kuva we n’abo bakorana bavuye kugendera Niger.
“Kuva imbibe zugawe, amatara agacibwa, n’ibindi”, yavuze uko mu gihugu bahasanze, n’uko yabonye Perezida Mohamed Bazoum.
Yanavuze ko yibaza ko abatembagaje ubutegetsi bazoruhira kwitaba ibiganiro.
Hazokoreshwa inguvu za gisirikare?