Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Israel : Amerika yegereje ubwato bw’ingwano bwa mbere kw’isi
Israel : Amerika yegereje ubwato bw’ingwano bwa mbere kw’isi
Yatangajwe
Ubwato bwa kabiri bwa USA buje ku kiyaga Méditerranée buhasanga ubwari bwarashitse.
Bumwe bwose bujamwo abasirikare 5 000.
Ubwo bwato 2 rutura, buherekejwe n'amato atera, n'ayamena 'missiles'.
Ni mugihe Iran n’umuhari Hezbollah bigabisha ibitero bidasanzwe kuri Israel.