Ivyuka vyokera: imero n’ingaruka ku magara
Ivyuka vyokera: imero n’ingaruka ku magara
Yatangajwe
Mu bihugu bimwe nka USA, hari ubwoko ubwoko bw'ivyuka vyokera kizira gukoresha, kuko bifise ingaruka zikomeye ku magara.
Mu bihugu bitandukanye, igipolisi gikunze gukoresha ubwo bumara mu kurwanya imyiyerekano, cane cane iyo irimwo igikenye.
Ariko ingaruka z’ivyo vyuka ni izahe?




