Ikambi y'impunzi Zamzam yabaye urubuga rw'intambara

Ikambi y'impunzi Zamzam yabaye urubuga rw'intambara
Yatangajwe

Impunzi hafi umuliyoni nibo baba mw'ikambi Zamzam, imwe muri nini ziri muri Sudan.

Iyi kambi yari yubakiwe abahunga intambara zo muri Darfur mu 2003.

Yegereye El Fasher, intara igwanirwa n'abagwanyi ba RSF n'igisirikare ca leta.

Impunzi zimerewe nabi kuko n'abagiraneza babaye barahagarika ibikorwa vyabo.