RD Congo: Abasirikare mvamakungu bamwe baragenda haze abandi.

RD Congo: Abasirikare mvamakungu bamwe baragenda haze abandi.
Yatangajwe

Perezida wa RD Congo avuga ko abasirikare ba MONUSCO bagiye gusezererwa.

Nico kimwe n’abo mu bihugu bimwe vya EAC.

“Twitegurira kwakira abasirikare bava m’umuryango w’ibihugu vya Africa y’ubumanuko SADC”.

Tshisekedi ntiyatomoye ibiringo ntarengwa vy’ivyo bikorwa bibiri bitandukanye.

Ariko, inteko zigiye kurungikwa zagirizwa iki?

Hagiye guhinduka iki?