Cameroun : isegenya yahitanye abashika 30
Cameroun : isegenya yahitanye abashika 30
Yatangajwe
Isegenya yaguye k’umugoroba w’uwa 9-10, bivugwa ko yatumye akayaga kari karubatswe kabomora inkombe.
Mu gace ka Mbankolo mu gisagara gikuru Yaounde, niho benshi babura ababo, bapfa babona.




