Gaza: umugabo yiciwe umuhungu mu ntambara zo mu 2000, n’ubu yasubiriye kwicirwa

Insiguro ya video, Uyu mu nye Gaza avuga ko ayo babonye mu 2000 bisa n’ibiriko biraba ubu.
Gaza: umugabo yiciwe umuhungu mu ntambara zo mu 2000, n’ubu yasubiriye kwicirwa
Yatangajwe

Muhammad al-Durrah ni agahungu kabonetse mu masanamu mu ntambara ya 2 ‘Intifada’ muri Palestina, mu 2000.

Se yagerageza kumukingira yararokotse, ariko ubu aharura abavukanyi biciwe mu bitero vya Israel, muri Gaza.

Avuga ko ivyaba ico gihe bisa n’ibiriko biraba ubu.

Uyu mu nye Gaza avuga ko ayo babonye mu 2000 bisa n’ibiriko biraba ubu.
Insiguro y'isanamu, Uyu mu nye Gaza avuga ko ayo babonye mu 2000 bisa n’ibiriko biraba ubu.