Indogobwe yahagamye ku nzu kubera imyuzure, yarokowe

Insiguro ya video, Brazil: kubera imyuzure, iyi ndogobwe yarokowe na kajugujugu.
Indogobwe yahagamye ku nzu kubera imyuzure, yarokowe
Yatangajwe

Imyuzure yateye muri Brazil imaze guhitana, n’imiburiburi abantu 100.

Ibice vy’ibisagara bimwe bimwe vyononekaye rwose, abarenga 160 000 barataye ivyabo.

Umukuru w’igisagara Canoas yabwiye Globonews ko indogobwe yari yahagamye hejuru ku nzu yarokowe na kajugujugu.

Brazil: kubera imyuzure, iyi ndogobwe yarokowe na kajugujugu.
Insiguro y'isanamu, Brazil: kubera imyuzure, iyi ndogobwe yarokowe na kajugujugu.