“Narabonye ubudasa hagati y'abize, n'abaciye mw'ishule”

Insiguro ya video, Ku myaka 80, Ratna Kumari Sunuwar wo muri Nepal ageze m’umwaka wa 12.
“Narabonye ubudasa hagati y'abize, n'abaciye mw'ishule”
Yatangajwe

Ku myaka 80, Ratna Kumari Sunuwar wo muri Nepal ageze m’umwaka wa 12 w'amashule.

Avuga ko akiri muto atashoboye kwiga, kuko yagwana n’ubuzima.

Ubu, abona akamaro ko kwiga,

ati, “Nobandanije kwiga iyaba nabona neza.”

Ratna Kumari Sunuwar, umunyeshule w'imyaka 80, ategura ikibazo
Insiguro y'isanamu, Ratna Kumari Sunuwar, umunyeshule w'imyaka 80