Mozambique: Venancio Mondlane yahungukanye uwuhe mukenyuro?

Insiguro ya video, Mozambique: Venancio Mondlane yahungukanye uwuhe mukenyuro?
Mozambique: Venancio Mondlane yahungukanye uwuhe mukenyuro?
Yatangajwe

Venancio Mondlane avuga ko yibwe amatora umwaka uheze, yahungutse.

Avuga ko inyuma y'imyiyerekano yakurikiye amatora yo mu kwa 10, 2024 muri Mozambique, abo bari kumwe bagiye baranyuruzwa, bicwa.

Mu gihe havugwa ibinogo rusangi abo bagiye barahambwamwo, Mondlane yahungutse abwira ibihumbi vy'abamwakiriye ko ariwe Perezida.

Chapo, yemejwe n'ibwirizwa nshingiro ko yatowe, azorahira 15-01-2024.

Mondlane Venancio avuga ko yibwe amatora muri Mozambique.
Insiguro y'isanamu, Mondlane Venancio avuga ko yibwe amatora muri Mozambique.