Agakobwa katamenyerwa k'ubuhinga bwo kuvuza ingoma

Insiguro ya video, Agakobwa katamenyerwa k’ubuhinga bwo kuvuza ingoma
Agakobwa katamenyerwa k'ubuhinga bwo kuvuza ingoma
Yatangajwe

Sofiat Wuraola Olaide azwi mw'itazirano rya Ayanwura, ku myaka yiwe 6, ashobora kuba ariwe muto mu bahinga mu kuvuza ingoma muri Afrika.

Kuva iwabo muri Nigeria, akurikiranwa n'abashika ibihumbi 60 k'urubuga rwa Instagram.

Ubuhinga bwiwe bwatumye akinana na ba rurangiranwa muri cinema ya Nigeria, Nollywood.

BBC yamenye n'indoto ziwe, uko akura.

Nigeria: Ayanwura, umuhinga mu kuvuza ingoma, ku myaka itandatu.
Insiguro y'isanamu, Ayanwura, umuhinga mu kuvuza ingoma, ku myaka itandatu.