Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Itohoza kw’ihohotera n’ishurashuzwa ry'abana muri football
Itohoza kw’ihohotera n’ishurashuzwa ry'abana muri football
Yatangajwe
BBC Africa Eye yashikiriye abantu barenga 30 muri Gabon.
Bashinga intahe uko bahohotewe.
Abajejwe inkino, abamenyereza, abajejwe intwaro mu nkino…gushika muri CAF na FIFA, bigaragara ko ataco bakoze, kandi bitakiri inkuru.