Umugambi wa China wo gushikira imitima y’aba ny’Afrika

Umugambi wa China wo gushikira imitima y’aba ny’Afrika
Yatangajwe

“Mu ntango, bakibitwubakira, twahawe amezi atandatu y'ubuntu. Turaryoherwa.”

Izo mboneshakure z’ubuhinga bwa China mu mihana ya Africa, nizo bamwe nko muri Kenya bataziriye “Rukundo rw’akaramata.”

“Igihe twavyubaka, abanyagihugu nta n'ivyo bari bazi.”

Umukuru w’akarere ka Ainamoi, anavuga ko abanyagihugu baguye m’umutego:

baronkejwe ivya gusa bimara akanya gato, ubu benshi badashobora kuvyishura.

Umugambi wa perezida Xi jinping (2015) wo gushikira “imibano 10 000 ya Afrika” biciye mu mboneshakure, hari ico wahinduye k’ubuzima bw’aba ny’Africa?