Israel-Gaza: umwaka urenga w'umwiheburo mu miryango

Israel-Gaza: umwaka urenga w'umwiheburo mu miryango
Yatangajwe

Ofer Kalderon yanyurujwe hamwe n'abana biwe bato, Erez na Sahar.

Bakuwe mu kibano 'Kibbutz' c'i Nir Oz igihe Hamas yatera ikica, 07/10/2023.

Abo bana bararekuwe inyuma y'iminsi 52.

Umugore wa Ofer yipfuza kuzosubira kubona umuryango wiwe ukwiriye.