Kuki hari abanebagura inama za COP?

Insiguro ya video, Amahuriro ya COP ni ayo "guhuma amaso amakungu"?
Kuki hari abanebagura inama za COP?
Yatangajwe

Izo nama n’ivyo zigirwamwo zatanguye mw’isi hari umwizero wo gufashanya nyakwo kw’ibihugu.

Ico gihe, mu 1992, umushinge wanabereye i Berlin.

Ubudagi bwari bugisubira kwiyunga.

Kuva ingingo z’izo nama zishingwa, hari ababona ko ari amanama yo “guhuma amaso amakungu”.

Amahuriro ya COP ni ayo "guhuma amaso amakungu"?
Insiguro y'isanamu, Amahuriro ya COP ni ayo "guhuma amaso amakungu"?