Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Israel : Impusha zo gutunga inkoho...ubwoba hose
Israel : Impusha zo gutunga inkoho...ubwoba hose
Yatangajwe
Kuva ibitero vya Hamas (7-10-2023) bihitanye aba nye Israel barenga 1 000,
impusha ziriko zihabwa abatunga inkoho.
Uretse ko ivyo bitero vyatumye ukwinubana hagati y’aba nye Israel b’Abayahudi n’abo m’ubwoko bw’Abarabu
[ku ba nye Israel 10, 2 ni Abarabu],
impusha zo gutunga inkoho ntizibonwa kumwe.
Naho kwikingira bishirwa imbere, bose baraba ingaruka z’abatunga inkoho nko muri Amerika.