Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Ngendesha imodoka yanje ubwa mbere, kwari nko kuvuka ubwa kabiri”
“Ngendesha imodoka yanje ubwa mbere, kwari nko kuvuka ubwa kabiri”
Yatangajwe
Suresh Gadhvi ni umudandaza w’imyaka 49 yari amerewe nabi n’ingaruka z’ubumuga – dwarfism- agendana.
Mu mezi nk’atanu, Suresh yakorewe imodoka y’ intebe, ivyuma vyo mu maguru, 'volant', vyose bikozwe k'uko aremye.
“Bose bambwira ko bidashoboka gukora imodoka ihuye n'ingorane zanje.”
Avuga ko yabaye umuntu mushasha, agiye kubaho mu kanyamuneza.