Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Itohoza - “Ntaco ndababwira, mfise ubwoba”(BBC Africa Eye)
Itohoza - “Ntaco ndababwira, mfise ubwoba”(BBC Africa Eye)
Yatangajwe
Iyi nyishu ni iya George Saul batazira ‘Fox’ [Ibingira], Umwongereza adasanzwe, yagirizwa kudandaza ibiyayuramutwe.
Urwego rw'Ubwongereza ruhasha ivyaha rwabwiye BBC, ko gushika ubu, ata mutahe wo kumufata uriho.
ONU ivuga ko itoni 50 za 'cocaine' yo muri Amerika y'epfo, zica muri Afrika y'uburengero, k'umwaka, nko muri Cape Verde.
Ng’ibi bimwe itohoza rya BBC Africa Eye rimaze gushikako.