“Umugore yazitswe n’igisozi c’imyanda, mbona”
“Umugore yazitswe n’igisozi c’imyanda, mbona”
Yatangajwe
Muri Uganda, n’imiburiburi abantu 21 nibo bamenyekanye ko bahitanywe n’igisozi c’imyanda.
Iyarara ry’i Kiteezi ritabwamwo imyanda iva mu gisagara Kampala, giharurwamwo abantu imiliyoni zine.
Bibaye inyuma y’amayinga aheze hagwa imvura, na Leta imaze igihe ivuga umugambi wo kwugara iryo yarara.

Ahavuye isanamu, AFP



