Goma: abafasha m'ubuvuzi bihutira gufuba abapfuye

Goma: abafasha m'ubuvuzi bihutira gufuba abapfuye
Yatangajwe

ONU ivuga ko n'imiburiburi 3 000 bapfiriye mu ntambara zihitiye i Goma.

Uburuhukiro buri mu bitaro buruzuye imivyimba, inakiboneka mu mayira.

"Ntivyoroshe kuronka aho kubahamba", ariko "ni ivyo kwihutira ngo dukinge ingwara z'ivyaduka", bivugwa n'amashirahamwe ariko arafasha.