Thailand: itohoza ry’inama nshingamateka kw'ikubagura ry’umumenyeshamakuru
Thailand: itohoza ry’inama nshingamateka kw'ikubagura ry’umumenyeshamakuru
Yatangajwe
Prawit Wongsuwon, umutama w’uburambe muri politike, yanabaye umukuru wa gisirikare, niwe ariko aratohozwako bisabwe n’inama nshingamateka.
Ni igihe uwo mukuru w’umugambwe PPRP yahohotera umumenyeshamakuru wa ThaiPBS, ariko amuronderako amakuru y’uko itora ry’umukuru wa leta ryagenze.
Umugambwe PPRP wamenyesheje ko uwo mumenyeshamakuru asanzwe azwi, ko yari m’umwuga wiwe, kandi ko umugambwe wasavye imbabazi.




