“Turazi ko ari amazi mabi, ariko nta handi twoja, turiko turapfa”

Insiguro ya video, Sudan y'epfo: imyuzure y’amazi avanze n’ibitoro yatumye ibihumbi bahunga.
“Turazi ko ari amazi mabi, ariko nta handi twoja, turiko turapfa”
Yatangajwe

Muri Sudan y’epfo, ibitoro vyababereye ishano:

Imyuzure y’amazi avanze n’ibitoro yatumye ibihumbi bahungira mu makambi ya ONU, uretse ko abana benshi bavukana ubumuga,

Amahinguriro nka GPOC arabifisemwo uruhara, amatohoza ya leta ntaco atanga, no mu basemerera barata bakomoka mu gihugu.

Ivyigwa 2 ku baba hafi y'ahagwiriye ibitoro, vyerekanye ko ubumara 'sulphate'

bubangamira nk'imishatsi.

Sudan y'epfo: imyuzure y’amazi avanze n’ibitoro yatumye ibihumbi bahunga.
Insiguro y'isanamu, Sudan y'epfo: imyuzure y’amazi avanze n’ibitoro yatumye ibihumbi bahunga.