India: Kuki abana b’abakobwa bahora bicwa?
India: Kuki abana b’abakobwa bahora bicwa?
Yatangajwe
Haheze imyaka 30 hari abagore b’abakirizi banyeguruye amabi y’ubwicanyi bakora.
Abo bakirizi bo m’uburaruko bwa India babwiye BBC uko bahora bica abana b’abakobwa bavutse.
BBC Eye yasohoye izi ntahe ataho zari bwigere zerekanwa.
Unatahure uko umwe mu bakirizi yahinduye ikibano n’ingeso y’ubwicanyi bw’abana b’abakobwa m’Ubuhindi.




