Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uko umushingwamanza yagize uruhara mu kwiyahura kwa Eden
Uko umushingwamanza yagize uruhara mu kwiyahura kwa Eden
Yatangajwe
Itohoza rya BBC ryanyeguruye uko Eden, umunyeshule w'umu nye Arabia Saoudite muri USA yiyahuye, ubuserukizi bw'igihugu bubifisemwo uruhara.
Uyo mukobwa yari yavukanye igitsina gabo, yatanguye kwihindura imero mu 2022, yiga muri Amerika.
Iri tohoza rya BBC Eye ryerekana uko umuryango wiwe wamutahukanye ku mayeri.
Wakoresheje abatari bake, harimwo umushingwamanza wiwe, yakorana n'ubuserukizi bwa Arabia Saoudite.