Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Afghanistan: abanyuruzwa, bagahohoterwa hakurya y’urubibe
Afghanistan: abanyuruzwa, bagahohoterwa hakurya y’urubibe
Yatangajwe
Inkozi z’ikibi ziranyuruza impunzi, zigasahurwa amahera ku mipaka ya Afghanistan.
“Ubwoba bwunyuwe n’uko inda yakorokeye muri ako gahinga”.
Ni intahe y’uwarokotse.
Bikunze kubera k’uruhande rwa Iran, benshi bajabukira, bahungira muri Turkey, intwaro y’aba Taliban.