Uganda: abagabo bakora udukorwa tw’ i muhira babonwa gute?

Insiguro ya video, Uko abagabo b'abaganda bigishwa kwuzuzanya n’abagore, bafasha ibikorwa vy’i muhira.
Uganda: abagabo bakora udukorwa tw’ i muhira babonwa gute?
Yatangajwe

“Iyo bambonye mfasha umugore wanje, bibaza ngo nta mugabo ndimwo”.

Bruno Habimaana ni Umuganda yigishijwe kwuzuzanya n’umugore, amufasha ibikorwa vy’i muhira.

Naho abagore bashima impinduka babona, abagabo nka Bruno hari ababakumira.

Ni m’umugambi w’ishirahamwe JESE rifasha mu vyo imibano, muri Uganda.

Bruno Habimaana, umwe mu bagabo b'Abaganda bigishwa udukorwa tw'i muhira
Insiguro y'isanamu, Bruno Habimaana, yiga guteka