Sudan: Tahura imvo y’izi ntambara

Insiguro ya video, Umenye uko ba Gen. Dagalo na Burhan, babaye isoko z’izi ntambara
Sudan: Tahura imvo y’izi ntambara
Yatangajwe

Abantu amajana baramaze gupfa muri Sudan, abandi bata izabo.

Naho havugwa icipfuzo ko izo ntambara zocureha, ubwoba ni uko ahubwo zishobora kurenga imbibe z’igihugu.

Umenye uko ba Gen. Dagalo na Burhan, babaye isoko z’izi ntambara

Intambara zasize igisagara Khartoum ari umusaka
Insiguro y'isanamu, Intambara zatabaguye Khartoum