Video: Mu Burundi abagabo barijukiye kwipfungisha burundu

Insiguro ya video, Niyonkuru Dismas ahamagarira abandi bagabo kwijukira umugambi wo kwipfungisha burundu
Video: Mu Burundi abagabo barijukiye kwipfungisha burundu
Yatangajwe

Inyuma yo kuvyarana abana bane n'umugore wiwe Nahimana Jacqueline, Niyonkuru Dismas wo muri komine Kanyosha mu ntara ya Bujumbura Rural yafashe ingingo yo kwipfungisha burundu.

Niyonkuru Dismas n'umugore wiwe Nahimana Jacqueline bari kumwe na muganga yabakurikiranye Nahayo Jeanne
Insiguro y'isanamu, Niyonkuru Dismas n'umugore wiwe Nahimana Jacqueline bari kumwe na muganga yabakurikiranye Nahayo Jeanne