Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mexico: umusuma w’umwicanyi…ati “ungana na mama”...
Mexico: umusuma w’umwicanyi…ati “ungana na mama”...
Yatangajwe
Clara ni umu shoferi w’i kamyo, yarusimvye iwabo muri Mexico.
Clara asanzwe ari indokoke y'igikenye co mu ngo.
Ubuzima bwiwe bwahindutsemwo umushoferi w’ikamyo, ivyo benshi
Bamubwira ngo “si akazi k’abagore”.
Intahe z’ubuzima bwiwe, ni nk’uko amabi yamukurikiranye mu buzima.