Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Centrafrique: Impari ku matora y’ibwirizwa nshingiro rishasha
Centrafrique: Impari ku matora y’ibwirizwa nshingiro rishasha
Yatangajwe
Mu gihe ubutegetsi bwa Centrafrica bwatunganije itora rusangi ryo guhindura ibwirizwa nshingiro, uwa 30-07-2023, abatavuga rumwe n’ubutegetsi bo bagumye basavye ababayoboka kutaja gutora.
Integuro yaryo, itegekanya gukuraho ibiringo vy’intwaro y’umukuru w’igihugu, amatora akaba inyuma y’imyaka indwi (yahora ari itanu).
Ni ibiki bindi bikuru biteye impari?