Kenya: Umwe muri bamwe banyuruza abana yaciriwe urubanza
Kenya, uwafashwe ni uwukora muvyo gufasha ba ‘ntahonikora’.
Mw’itohoza rya BBC Africa Eye, mu 2020, twaberetse urudandazwa ruteye agahinda, rw’abana banyuruzwa.
Abavyeyi basigara mu maganya (subira urabe).
Kenya: Umwe muri bamwe banyuruza abana yaciriwe urubanza

Yatangajwe