Chad: ububiko bw’ibigwanisho bwahiye, vyahitanye abantu

Chad: ububiko bw’ibigwanisho bwahiye, vyahitanye abantu
Yatangajwe

Abantu bataramenyekana igitigiri bahitanywe n’umuriro wadutse i N’Djamena, ahari ububiko bwa gisirikare.

Leta ya Chad yasavye abantu gutekana inyuma y’ivyo vyabaye ku wa kabiri.

Amasanamu yakwiragijwe yerekana ivyo vyaturika, bisha, muri ico gice cegereye ikibuga c’indege.