Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Afrika y’epfo: ng’ibi ibikuru bihanze uwuzotsinda wese
Uko bigaragara, ANC yakuyeho intwaro ‘karyanishamiryango’ ‘Apartheid’, biriko birayihindukana.
Birashoboka ko ANC uguma k’ubutegetsi, ariko utaciganje mu nama nshingamateka.
Utahure uko ushobora kurondera ubucuti m’umugambwe wiganjemwo amazungu, ‘Democratic Alliance’, kandi batabona intwaro kumwe, na gato.
Utahure uko, uretse gutsindirwa na uMkhonto mu ntara nka KwaZulu Natal, ANC ishobora kwisanga mu ntwaro na EFF wa Malema, ufise imigambi ivugwa ko ikarishe.
Uwuzotsinda amatora wese, azoguma ahanganye n'imitego, nk'ubushomeri buremereye, ubutunzi bwazamye, umuyagankuba n'ubwicanyi.