Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Si inkende…ni umunonotsi rurangiranwa
Si inkende…ni umunonotsi rurangiranwa
Yatangajwe
Uyu ni Ito ava Japan, umuhinga wo kwiruka ku maboko n'amaguru nk'ibikoko bimwe bimwe.
Usain Bolton yagize ibitangaza mu kwiruka 100m mu 9.58", Ito yabishitseko muri 15.71", n'amaboko n'amaguru.
Ubu buhinga bwitabwe n'abakiri bato benshi, muri Russia bubonwa ko ari ugutesha iteka abantu, hari n'abasaba ko bihanwa.