Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kuki iyi nzovu yashatse kwica icana cayo?
Kuki iyi nzovu yashatse kwica icana cayo?
Yatangajwe
Chamchuri ni izovu y’imyaka 36, yo muri Thailand.
Bwari ubwa mbere yar’ivyaye ivyana vy’ ‘ibihasa’, ibidakunze gushika mu nzovu.
Icana ca kabiri nico ‘itatahuye iyo kizananye’… ariko ubu iyo ‘mvyeyi’ yamenyereye ibihasa vyayo.