Umuhungu yarushije amanota umuvyeyi, mw’ishule
Umuhungu yarushije amanota umuvyeyi, mw’ishule
Yatangajwe
Monica Kasbe, yari yahagaritse kwiga kuva ashinze urugo.
Ariko avuga ko yamanye ishaka ry’ivyigwa, uretse ko ata mahera yari afise yo kwiga.
Ashinga intahe uko, iyo baba I Maharashtra m’Ubuhindi, mu gihe ca Covid, yarahuye iciyumviro k’uko umuhungu wiwe yiga…nawe asubira mw’ishule.
Ubu barigana.




