Igihe intarekazi yatwara imbwa y’umuryango wo muri Kenya
Igihe intarekazi yatwara imbwa y’umuryango wo muri Kenya
Yatangajwe
Umukozi w’aho m’urupangu avuga uko yagiye abona ‘areha’ n’iyo ntarekazi, afata umupanga ngo ayitere ubwoba, irasimba urugo iragenda.
“Nta minota 10 vyatwaye iyo ntare kwinjira no gutwara imwe mu mbwa zo m’urugo.
Sylvia Wamai, nyene imbwa, yabwiye BBC ubwoba n’umubabaro afise.
Yari imbwa nini ya 75kg.
Abategetsi bavuga ko bariko barika uko bakingira ingo ziri hafi ya ‘park’ y’igihugu ca Kenya.




