“Russia yiyemeje gushigikiza ibirwanisho igisoda ca Myanmar”

Insiguro ya video, Bamwe mu bahoze mu gisoda bavuga uko Russia ifasha igisoda ca Myanmar
“Russia yiyemeje gushigikiza ibirwanisho igisoda ca Myanmar”
Yatangajwe

Kuva mu 2021 igisoda ca Myanmar gitembagaje intwaro, abarwanira democracy barakomeje imyiyerekano, hazamwo n’intambara.

Bamwe mu bahoze mu gisoda baragiye mw’ishamba, bavuga uko Russia ifasha ico gisoda.

Ubu imigwi igwana ikoresha ubuhinga nka ‘drones’ mu gutera ama ‘bombes’.

Amashule araterwa ama 'bombes' muri Myanmar
Insiguro y'isanamu, Amashule arategwa ama 'bombes'