Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Tigray: “Niteze kuvyara vuba, mugabo inzara iranyishe”
Tigray: “Niteze kuvyara vuba, mugabo inzara iranyishe”
Yatangajwe
Muri iyo ntara ya Tigray ihanzwe n’umutekano muke, abahaba bari batunzwe n’imfashanyo z’imfungurwa.
Amashirahamwe yabafasha yarabihagaritse kuva bubuye ko zinyuruzwa.
Muri 492 bagirwako amatohoza, benshi bagirizwa ni abakorera ubutegetsi.